Actualités

Ubuzima buzimvye munkambi ya Mahama

Kuva aho impunzi ziri mu nkambi ya Mahama zishiriwe mu vyiciro bizicamwo imice, ubuzima bwaciye bugorana. Iki gihe kuronka ico ugaburira umuryango bisigaye bigoye. Uyu munsi imiryango myinshi ishobora kurya rimwe mu minsi itatu . Ivyo rero vyagize ingaruka mu bisata vyinshi vy’ubuzima bwazo. INDERO: Abana benshi baraheba amashure kumvo zo kubura ibikoresho vya nkenerwa […]

Lire la suite

Barekure

Imyaka itanu iraheze bahawe ikigongwe n’umukuru w’igihugu ariko baracapfunzwe. Daniel Rugonumugabo (Prison Gitega) Jean de Dieu Bigirimana (Prison Ngozi) Clément Hatungimana (Prison Musaga) Gérard Nahimana (Prison Rumonge) Ni abanywanyi bane b’umugambwe MSD. Ku wa 8.3.2014 barahagaritswe ku ngoro y’uwo mugambwe mu gisagara ca Bujumbura. Bagifatwa bararenga 60. Dosiye yabo mu butungane ni RPCA 515. Muri […]

Lire la suite

Return of repatriated Burundians to the Mahama refugee camp

This article is written with the aim of mobilizing and raising awareness among those concerned to analyze and interpret the security situation in Burundi before taking the decision to repatriate voluntarily. Remember that returning voluntarily or not remains an indisputable right of refugees. But unfortunately, some of the Mahama Refugees have made a decision to […]

Lire la suite

Retour des Burundais rapatriés vers le camp des réfugiés de Mahama

Cet article est rédigé dans le but de mobiliser et de conscientiser les Concernés de bien vouloir analyser et interpréter la situation sécuritaire au Burundi avant de prendre la décision de se rapatrier volontairement. Rappelons que rentrer volontairement ou pas reste un droit incontestable des Réfugiés. Mais malheureusement, certains des Réfugiés de Mahama ont pris une […]

Lire la suite

Université du Burundi : les Imbonerakure appliquent la loi de la jungle

Jadis grenier du savoir, l’université du Burundi est devenu un endroit où les Imbonerakure appliquent la loi de la jungle. Les étudiants de l’opposition sont tabassés et humiliés par leurs camarades du parti au pouvoir. Le pouvoir du CNDD FDD a choisi de politiser le milieu académique qui, en principe devrait rester neutre et apolitique. […]

Lire la suite

Ubutungane bwagiye hehe?

Uravye ibisigaye bibera mu Burundi mu gisata c’ubutungane, biraboneka ko ibara ryaguye. Inkingi zose zotuma ubutungane bukora neza zarasenyutse kandi ivyo bimaze imyaka myinshi. Kuva aho umugambwe CNDD-FDD ufatiye ubutegetsi ibintu vyarunyutse. Iyo ngorane iri mu gisata c’ubutungane ikineye inyishu irama. Iyo nyishu isaba ihinduka ry’ingene ico gisata c’ubutungane gitunganijwe. Ihinduka ry’inyifato y’abacamanza. Bisaba kandi […]

Lire la suite

Wanka kugwanira umweko wa Nyoko bakagutwara intahe ya So!

Izina “Umushingantahe canke Abashingantahe mu bwinshi” rifise inkomoko ku ntwaro ya cami yarongoye igihugu c’Uburundi muri kahise. Nk’inararibonye n’abanyabwenge, abashingantahe bagize uruhara runini mu gutanga ubutungane no kwuzuriza abantu baba bafitaniye amatati. Inyuma y’ukwikukira, abashingantahe binjijwe mu nzego za poritike za Reta, mu gihe mu bisanzwe ibikorwa vyabo vyakorerwa inyuma y’ubugenduzi bwa poritike. Urwego rw’abashingantahe […]

Lire la suite

Femmes et filles du camp des réfugiés de Mahama : victimes de prédation sexuelle

Cet article est rédigé à l’occasion de la Journée internationale de la Fille, célébrée le 11 octobre de chaque année. Nous sommes dans un camp des Réfugiés, celui de Mahama, en date du 16 Octobre 2022 et nous sommes toujours presque au début de l’année scolaire 2022–2023. Certaines de nos filles n’ont pas pu retourner […]

Lire la suite

Les membres du MSD réfugiés en Tanzanie inquiets par la visite du responsable du HCR

La visite effectuée à Nyarugusu vendredi le 7 octobre 2022 par Charles Mballa, responsable du HCR chargé de la protection des réfugiés en Afrique de l’Est et dans la corne de l’Afrique, inquiètent les réfugiés. Ce dernier a annoncé que le HCR va dès le mois de janvier 2023 diminuer les aides destinées aux réfugiés […]

Lire la suite

Urubanza rw’ikiringo ca 3: Ukuri guca mu ziko ntigusha.

Itariki 25 z’ukwezi kw’icumi na rimwe 2021, sentare y’iyungururizo y’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko yarashikirije urubunza ruvuga ko ikiringo ca gatatu ca Pierre Nkurunziza cari kinyuranye n’amategeko. Mbe ivyo bivuze iki ku gihugu cacu? Birakunda ko urwo rubanza ruja mu ngiro? Mu mugambwe MSD hoho babibona gute? Ihindurwa ry’ibwirizwa shingiro muri Afrika ryabaye umukenyuro w’abategetsi bashaka […]

Lire la suite