Umusi wahariwe abakenyezi : Ndihokubwayo Aline, inzirabugunge

Inzirabugunge yo mu mugambwe Ndihokubwayo Aline arashikiriza ingene abona agateka k’abakenyezi kifashe mu Burundi mu gihe kuri uwu w’Imana hahimbazwa umusi wahariwe agateka k’abakenyezi kw’isi yose.


Retour