-
La voie du dialogue est la seule qui peut tirer le Burundi de l’impasse
08-08-2023
-
Alexis Sinduhije ati inzira y’ibiganiro ni yo yonyene ishobora gukura Uburundi mu ngorane burimwo
06-08-2023
-
La terre promise
09-07-2023
Peuple, ils ne peuvent pas comprendre, Car ils ne veulent pas lire la grande leçon Qui traverse l’espace et le temps, Qu’ils peuvent enfermer nos corps, Éteindre la vie de certains d’entre nous, Mais jamais l’amour de la liberté. Non ils ne peuvent pas comprendre, Car ils refusent de lire les signes du temps, Déchiffrer […]
-
Umuti urama w’ibibazo vy’Uburundi ni inzego n’indongozi zibushitse.
Igihugu c’Uburundi kimaze imyaka itari mike kiri mu bibazo vy’umutekano muke, ikibazo c’ubwicanyi butagira izina, ikibazo c’ubukene buzura inzara eka n’ibindi bibazo vyinshi bihanze abarundi na cane cane urwaruka. Benshi baribaza ingene tuzokira ivyo bibazo mugabo bikabasiga kuko bisa naho vyabaye akayoberabahinga. Mu nyishu bakunda gutanga barakunda kuvuga ko igihugu cacu kibuze indongozi zibushitse zishobora […]
-
Ikete ku mushingantahe w’ijunja n’ijambo, Imvugakuri Innocent NIYONZIMA.
Mushingantahe, mw’izina ry’abo mwagendanye kandi mwakoranye ibitari bike, ndakwandikiye rino kete nzi neza ko udashobora kurisoma kuko Imana yagushimye kuturusha hanyuma ikakwisubiza. Kuva tucumva iyo nkuru mbi y’incamugongo, imitima yacu twebwe abo mwagendanye, abo mwakoranye, yaravunaguritse, turabura ingene dushobora kwifata, ariko twibutse ibikorwa vy’iteka wakoze mu guharanira ihinduka mu Burundi, twarigumije bituma turema kanatsinda twese […]
-
La démocratie au Burundi prise en otage par le CNDD-FDD !
Depuis 2005, le Burundi est dirigé par le CNDD-FDD, un parti qui se dit défenseur de la démocratie. Le CNDD-FDD a pris le pouvoir après les élections de 2005. Depuis l’arrivée au pouvoir du parti CNDD-FDD, le Burundi a connu 3 autres élections en 2010, 2015 et 2020 mais notre pays est loin d´être considéré […]
-
Réunion hebdomadaire de la rédaction
01/10/2018 - 31/12/2019
En ligne, 5 Continents
-
Rencontre avec le Président du Parti MSD à Liège
02/02/2019 - 03/02/2019
Liège, Belgique
-
Trajectoire et Résilience
31/10/2020 - 31/10/2020
Zoom, Tous pays
-
14ème anniversaire du parti MSD en Suède : réservez la date du 17.06.2023
17/06/2023 - 17/06/2023
Vasteras, Suède
Tweets by MsdBurundi