ATMIS

Ubutumwa bwo muri Somaliya bwabaye indyankurye?

Alshabab yavuze ko yishe 173, abasirikare b’Uburundi bari ku rubuga bavuga ko muri bagenzi babo hapfuye abarenga 30, urwego rw’intwaramiheto z’Uburundi rworwo ruvuga ko abasirikare 10 aribo bahitanywe n’igitero co ku wa 3 Rusama 2022 c’uwo mugwi witwaje ibirwanisho ugwanya Reta ya Somaliya. Imiryango yaburiye abayo muri ico gitero cabereye mu gisagara ca El Baraf […]