Akamo k’umushingantahe Alexis SINDUHIJE

Umushingantahe Alexis SINDUHIJE, umukuru w’umugambwe MSD, nk’uwigeze kwandura ikiza ca Covid19 (Corona virus) aratera akamo abarundi bose gusaba Reta y’Uburundi kubakingira.
Aributsa kandi zimwe mu nyifato za mbere bokurikiza kugira birinde kwandura no kwanduzanya ico kiza.


Retour